Svoboda | Graniru | BBC Russia | Golosameriki | Facebook
Jump to content

Ubudagi

Kuva Wikipedia
Ikarata y'Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi

Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane w'Uburaya.

Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.

Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na kane ushira umwaka w'igihumbi kimwe n'amajana umunani na mirongo umunani na gatanu (1884-1885), aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika ( Ubu yitwa Tansaniya).

Uburinganire: ibirometero kwadarato ibihumbi amajana atatu na mirongo itanu n'indwi n'amajana atatu na mirongo umunani na bitandatu (357.386km²)

Abanyagihugu: imiliyoni mirongo umunani na zitatu n'ibihumbi ijana na mirongo ine n'icenda n'amajana atatu (83.149.300hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda (2019)

Ukurundana: Abantu amajana abiri na mirongo itatu na batatu ku kirometero kwadarato (233/km²).

Icitiro: Umudagi, umudagikazi.