“Nakuriye m’umuryango utemera agaharawe”

Insiguro ya video, Uyu mugabo ati : "kuba ‘LGBT’ si ubuzima bworoshe, ariko kuri we, igikuru ni umunezero."
“Nakuriye m’umuryango utemera agaharawe”

Lady Bushra, akomoka m’umuryango w’abimukira bo muri Aziya y’epfo, bagendera ku mico ikaze.

We uko yakura, niko yagenda aramenya kamere kiwe ka LGBT.

Ni umuhinga rurangiranwa mu vyo imideli no gutwenza, gushika aho izina ryiwe ryabaye iryitirirwa abantu b’inyifato kanaka.

Asanga kuba ‘LGBT’ butabaye ubuzima bworoshe, ariko kuri we, igikuru ni umunezero.

Uyu mugabo 'Lady Bushra' ati : "kuba ‘LGBT’ si ubuzima bworoshe, ariko kuri we, igikuru ni umunezero."
Insiguro y'isanamu, Uyu mugabo 'Lady Bushra' ati : "kuba ‘LGBT’ si ubuzima bworoshe, ariko kuri we, igikuru ni umunezero."