BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
DR Congo: 'Igisubizo cya gisirikare ni cyo gisubizo dushaka' – Muyaya
Ibihugu bitandukanye, imiryango itegamiye kuri leta, n'abantu batandukanye, bagiye bavuga ko inzira y'ibiganiro ari yo gusa yakemura ikibazo cy'iyi ntambara.
Muganga uzwi cyane basanze nta kanseri afite nyuma y'umwaka ahawe ubuvuzi bwatanzwe bwa mbere ku isi
Richard Scolyer yahawe ubuvuzi bushya bwa kanseri yo mu bwonko ya glioblastoma, bushingiye ku bushakashatsi bwe bwite kuri kanseri y'uruhu ya melanoma.
ABS: Menya ino ngwara y’amayobera ituma umuntu aborerwa atanyoye inzoga
Iyi ni ngwara y’amayobera irangwa n’iduga ry’urugero rw’inzoga mu maraso bigatuma umuntu agira ibimenyetso vy’uwaborewe, kandi ata n'inzoga yanyonye.
Wa mugabo wa mbere yaterwa ifyigo ry'ingurube yapfuye
Ibitaro bikuru vya Massachusetts ( Massachusetts General Hospital, MGH) vyari vyamukoze bivuga ko urupfu rwa Rick Slayman rutavuye kw'iterwa ry'iri fyigo.
Umucuruzi wa magendu y'abantu uzwi cyane yatawe muri yombi nyuma y'icukumbura rya BBC
Barzan Majeed, umwe mu bazwi cyane i Burayi bakoraga magendu y'abantu, avuga ko yatwaye abantu babarirwa mu bihumbi akabambukiriza mu Bwongereza.
Wenceslas yagarutse mu rukiko nyuma yo kugirwa umwere ku byaha bya jenoside
Twagirayezu woherejwe mu Rwanda n’igihugu cya Denmark mu mwaka 2018 ngo aburane kuri ibyo byaha, mu kwezi kwa mbere uyu mwaka yagizwe umwere n’urukiko rukuru rutegeka ko afungurwa
Ibibazo bya internet byibasiye Africa y’Iburasirazuba – ni ibiki birimo kuba mu by’ukuri?
Kompanyi zigurisha Internet mu karere zirimo gutanga ubutumwa bwihanganisha abakiliya, ariko ntizisobanura ikibazo cyabayeho mu by’ukuri.
‘APR BBC iradusebeje’ - Imbere ya Paul Kagame, APR yabuze ticket ya BAL izabera i Kigali
Imikino ya nyuma ya BAL ibera i Kigali - iterwa inkunga na NBA - kuri iyi nshuro ishobora kuba nta kipe yo mu Rwanda irimo.
‘U Burundi nibukemure ibibazo byabwo’ – u Rwanda kuri grenades zatewe i Bujumbura
Si ubwa mbere u Burundi bushinje u Rwanda uruhare mu bikorwa by’iterabwoba imbere mu Burundi, ibihugu byombi bisanzwe bitarebana ryiza kuva mu 2015.
Perezida Putin w'Uburusiya yakuye umushikiranganji wiwe wo kwivuna abansi
Sergei Shoigu, incuti ya hafi cane ya Perezida Putin, yagize uruhara rudasanzwe mu ntambara y’Uburusiya muri Ukraine.
Ubwongereza buvuga ko kutagurisha intwaro kuri Israel byakongerera imbaraga Hamas
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'Ubwongereza David Cameron yabwiye BBC ko Ubwongereza bukwiye kwibanda ku kugeza imfashanyo y'ubutabazi muri Gaza.
Israel yategetse abandi bantu kuva i Rafah mu gihe imirwano yiyongereye
Igisirikare cya Israel cyasabye Abanye-Palestine babarirwa mu bihumbi kuva muri uwo mujyi, mu gihe cyaguye igikorwa cya gisirikare muri ako gace.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikomangoma Harry yabwiye abanyeshuri muri Nigeria ngo 'ntugahangayike iyo wagize umunsi mubi'
Igikomangoma, Harry, wo mu bwami bw'Ubwongereza yabwiye abanyeshuri muri Nigeria aho ari mu ruzinduko rw'iminsi itatu we n'umugore we, Meghan, ko batagombye kugira umutima uhagaze iyo bagize umunsi mubi.
Uko twabonye umuntu uhigwa bikomeye i Burayi ku kwinjiza abimukira
Tugiye kubonana, yabanje kugira amakenga menshi, atinya ko dushaka kumucakira tukamusubiza i Burayi.
Zelensky yirukanye uwurongoye ingabo zimucungera inyuma yo guhakwa kwicwa
Prezida wa Ukraine Volodymyr Zelensky yirukanye umukuru w'ingabo zicungera umutekano wiwe, inyuma y'aho babiri mu bategetsi bo hejuru bo muri izo ngabo bafatiwe bakekwako gutegura kumwica.
Kugabisha Uburengero ni kimwe mu vyaranze ibirori vy’Umusi w’Intsinzi mu Burusiya
Kimwe mu bintu bikomeye mu birori vyo guhimbaza isabukuru igira 79 y’intsinzi y’Abasoviyeti ku ba Nazi b’Ubudagi, ni uko Vladimir Putin yasubiye kugabisha ibihugu vy’Uburengero.
Diane Rwigara agiye kwiyamamariza kuba perezida w'u Rwanda
Byitezwe ko no kuri iyi nshuro Diane Rwigara yaza nk'umukandida utavuga rumwe n'ubutegetsi.
Inkuru y'abasaba ubuhungiro babayeho mu bwoba bwo koherezwa mu Rwanda
Uwahoze ari umusirikare wo hejuru mu ngabo za Afghanistan wafashije abasirikare b'Ubwongereza bari bari mu butumwa muri icyo gihugu, ashobora kuvanwa mu Bwongereza ku gahato.
Gusohora intanga kenshi vyoba bifasha kurinda umugabo kanseri ya prostate?
Kubera uruhara rwa prostate mu bijanye n’irondoka mu gusohora intanga, abahinga bamaze imyaka itari mike bibaza uruhara ibijanye n’imibonano mpuzabitsina bigira ku vyerekeye kanseri ya prostate.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango