BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
Nairobi irageramiwe n'imyuzure ikomeye
Imvura y'isegenya yaraye iragwa i Nairobi, ku murwa mukuru w'igihugu ca Kenya, yateye imyuzure ikomeye.
Sentare mu Bubirigi 'igiye gukoresha inguvu' mu rubanza rwa Nkunduwimye aregwa jenoside
Mu gihe kuri uyu wa gatatu ivyabona bine vyari bitegekanijwe ata n'umwe yitavye, sentare yamenyesheje ko igiye gukoresha inguvu kugira abari ku rutonde rw'ivyabona bitabe.
Abimukira 'bazaba umutwaro ku musoro w'Abanyarwanda' – Frank Habineza
Mu Rwanda hari ababona abo bimukira nk’amahirwe n’amaboko aje mu gihugu, abandi nka Depite Frank Habineza, babona ko bazaba umutwaro ku gihugu.
Minisitiri wungirije w'ingabo w'Uburusiya arashinjwa kwakira ruswa
Minisitiri wungirije w'ingabo w'Uburusiya Timur Ivanov yakomeje gufungwa, muri uru rubanza rw'imbonekarimwe ruregwamo umutegetsi wo ku rwego rwo hejuru.
Video, Video: Umupasitori yatanguje umudiho wa rap utamenyerewe mu guhimbaza ImanaUmwanya bimara, 3,54
Pasitori Thérence Icintije wo muri 'Eglise Jerusalem du Burundi' aririmbira Imana mu mudiho wa rap utari umenyerewe mu ndirimbo zo guhimbaza.
"Uyu mugabo ameze nka 'bakame' rwose" - Ibyo Abanyecongo barimo kuvuga ku ntsinzi ya Vital Kamerhe
Kamerhe ni umwe mu banyapolitike b’amayeri menshi, ubunararibonye, n’imbaraga mu mukino wa politike ya Congo.
Ihagarikwa ry’ikivunga ku makaminuza yo muri Amerika mu myiyerekano yo kwiyamiriza intambara yo muri Gaza
Abanyeshuri bo mu bigo vy'amakaminuza yo muri Amerika bagiye mu myiyerekano yo kwiyamiriza ingwano ibera muri Gaza. Ibikorwa vy'urwanko ku Bayahudi n'Abasilamu vyariyongereye kuva hadutse intambara ya Israel na Hamas.
Botswana yanze kwakira abimukira bavuye mu Bwongereza – minisitiri
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga wa Botswana Lemogang Kwape avuga ko igihugu cye na cyo gihanganye n'ibibazo by'abinjira mu gihugu.
Menya inkingi zitatu Ubuhindi buhagazeko mu kurondera kuba rutura kw’isi mu kinjana ca 21
Mu mpera z’iki kinjana Ubuhindi bushobora kuzoba ari co gihugu ca mbere rutura kw’isi mu vyo ubutunzi, aho mu 2080 umwimbu rusangi wo hagati mu gihugu uzoba usumba uwa Amerika ku rugero rwa 30%.
ONU irasaba Ubwongereza kongera gusuzuma itegeko rijyanye n'u Rwanda
Umukuru w'ishami rya ONU ryita ku mpunzi na komiseri ushinzwe uburenganzira bwa muntu bavuga ko iyi gahunda y'Ubwongereza ari "ukwihunza inshingano yo kurinda impunzi" kandi ko izagira ingaruka mbi ku isi.
Abagiriza Nkunduwimye bavuga ko yishe ariko ko hari n'abo yakijije
Mu ntahe yo kuri uyu wa kabiri, mu vyabona muri urwo rubanza uwari yitezwe cane ntiyaje, muri batatu bumvirijwe nabo babiri bagirije Emmanuel Nkunduwimye ko yari mu bica.
Uko byifashe ku icumbi ry'i Kigali ryitegura kwakira abimukira bavuye mu Bwongereza
U Rwanda rurimo kwitegura guha ikaze abasaba ubuhungiro birukanwe mu Bwongereza, nyuma yuko ubu umushinga w'itegeko wanditse amateka w'Ubwongereza wemejwe.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Video, Iki ni Ikirunga Ruang kiri i Sulawesi muri Indonesia cyatangiye kurukaUmwanya bimara, 1,42
Iki ni Ikirunga Ruang kiri i Sulawesi muri Indonesia cyatangiye kuruka.
Rwanda: Hakurikiyeho iki nyuma y'uko Inteko y'Ubwongereza yemeje kohereza abimukira?
Amaherezo, Ubwongereza bwemeje itegeko ryo kohereza abimukira mu Rwanda, none ni ryari indege ijyanye aba mbere i Kigali ishobora guhaguruka?.
Menya ibi vyuka vya phosphore Israel ikoresha mu bitero vyayo muri Libani
Kuva mu mezi atandatu aheze, Israel ibandanya ikoresha ibisasu vy'ivyuka vya phosphore mu bumanuko bwa Libani/Lebanon.
Imfashanyo y'Amerika kuri Ukraine ishobora gufasha kugabanya umuvuduko w'Uburusiya
Umunyamakuru wa BBC James Waterhouse uri i Kyiv avuga ko imfashanyo ya miliyari 61 z'amadolari ituma Ukraine ikomeza kurwana ariko ko idacyemuye ikibazo burundu.
Benshi byabarenze kubona Spice Girls bose bongeye 'guhura'
Abafana benshi ba muzika bashimishijwe no kubona aba bagore - babashimishije mu myaka yashize - bongeye guhurira hamwe bwa mbere mu myaka myinshi.
Frederic Ngenzebuhoro, umunyaporitike n'umwanditsi yashengeye
Apfuye ahejeje kwandika igitabo cosohotse mu ndwi zibiri ziri imbere gisigura urwanko, ingorane n’ibibazo vyahungabanije akarere k’ibiyaga binini mu myaka 40 iheze harimwo cane cane akahise k’Uburundi n’Urwanda.
Umunyenganda Tribert Rujugiro, wapfuye ku myaka 83, yari muntu ki?
Rujugiro, amakuru avuga ko yabaga i Dubai, ni umwe mu bateye inkunga y'amafaranga izari inyeshyamba za FPR – Inkotanyi, zafashe ubutegetsi mu 1994.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango