Perezida Felix Tshisekedi Yemeye gutanga abasirikare 2 b'u Rwanda igisirikare ciwe cafashe. Uburusiya buriko bwegereza kwigarurira intara ya Donbas. Abasivile 24 barishwe n'abashaka kwiyonkora kuri Kameruni
Kuri uuyu wa kabiri, minisitiri w'ububanyi n'amahanga w'u Rwanda, Dr. Vincent Biruta, yagiranye ikiganiro n'itangazamakuru. Yagarutse ku birego bya Repubulika ya Demokatrasi ya Kongo yemeza ko u Rwanda rutera inkunga M23
Mu kiganiro Murisanga turihweza vyinshi bijanye n’umwuga usanzwe uhurukiyemwo abakenyezi n’abagabo bazi kuvyaza ariko bicaye atakazi bariko barahabwa.
Ababa mu gisagara ca Bukavu mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko muri Repubulika ya Demokrasi ya Kongo bazindukiye mu myiyerekano yo kwayamiriza ubutegetsi bw’u Rwanda bwagirizwa gushigikira abarwanyi ba M23 mu bitero bahanganyemwo n’igisirikare ca reta-FARDC.
Abatuye umujyi wa Bukavu mu ntara ya Kivu y’Epfo ho muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo baramukiye mu myigaragambyo yo kwamagana ubutegetsi bw’u Rwanda bashinja gushyigikira inyeshyamba za M23 mu bitero zihanganyemo n’igisirikare cya leta-FARDC.