Abantu Indwi barishwe mu myiyerekano muri Sudani. OMS ivuga ko abandura covid-19 kw'isi biyongereye
Akanama k’umuryango w’abibumbye gashinzwe umutekano kw'isi kasabye imitwe yose irwanira mu burasirasuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo gushyira intwaro hasi. Mu Burundi haravugwa ubukene bugaragara mu ngo zirenga 40 ku ijana mu ziri mu gihugu.
Uburundi uyu musi bwahimbaje imyaka 60 bumaze bwikukiye. Mu kiganiro Murisanga, twatumiye bamwe mu Barundi b’inararibonye kugira batwibutse ukuntu urugamba rwo kwikukira rwari rumeze.
Igihugu c'Uburundi kuri uyu wa gatanu, cahimbaje imyaka 60 iheze kironse intahe yo kwikukira. Mu Rwanda naho uyumunsi wizihijwe ariko nta birori byabaye. Imyigaragambyo irakomeje muri Sudani
Impunzi ziri ku butaka bw’u Rwanda zirakangurirwa kwiteza imbere. Igihugu c'Uburundi kuri uyu wa gatanu, cahimbaje imyaka 60 iheze kironse intahe yo kwikukira mu ntara zose uko ari 18.