Radio
16:00 - 16:59
Murisanga
Guheza amashure ntibaronke uburyo bwo kwiyunguganya bibandanya kuza ishinga Urwaruka mu bihugu bitari bike vyo hepfo y’ubugararwa rwa Afrika. Mbega imbuga ngurukana bumenye zoba ari imwe mu nyishu zishobora kubafasha kuva mu bukene bakiteza imbere? Nivyo tugiye kuganira mu kiganiro Murisanga.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Umurwi utunganya amatora muri Kenya wemeje ko William Ruto ari we atahukanye intsinzi mu matora y'umukuru w'igihugu ku majwi 50.49%. Ruto atangazwa ko yatsinze, abashigikiye Raila Odinga, berekanye ko batishimiye intsinzi yiwe. Abasirikare b'Uburundi binjiye ku mugaragaro muri Kongo.