HCR Iragabisha ko ishobora kuzohagarika Gufasha abanyagihugu ba Kongo kubwo gukena uburyo bw'amafaranga. Mali yasavye ko abasirikare b'abanyamahanga bayivira mu gihugu
Mu Burundi ishyaka CNL ritavuga rumwe n’ubutegetsi, riranenga gahunda ya Leta yo kugabanya umubare w’intara. Ishyaka PS Imbera kuri ritavuga rumwe na Leta y’u Rwanda, ritaremerwa n’amategeko risaba Leta gusobanura aho izakura amafaranga iteganya kuzahemba abarimu.
Muri Murisanga y'uno munsi turagaruka ku ngwara y'ibihara vy'inguge
Zimwe mu mpunzi z'Abarundi zahungiye muri Tanzaniya zagiye mu Burundi kuraba ingene umutekano wifashe. Kongo yirukanye umuvugizi w’ingabo za MONUSCO. Igisirikare ca Burkina Faso cemanze ko cishe abasivile kitabigambiriye.