Radio
16:00 - 16:59
Murisanga
Ikibazo c'Ubugumba canke co kutavyara mu bubakanye kiratera ingorane nyinshi hagati yabo, mbere no mu miryango. Zimwe mu ngaruka ku bakenyezi bamwe bamwe ni uguturubikwa, gutuntuzwa hamwe no gukubitwa n'abo bubakanye canke n'imiryango ya ba mwana. Ni vyo tugiye kuganirako mu kiganiro Murisanga.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Muri Ukraine, ibiro vya Perezida Volodymyr Zelenskyy bitangaza ko ingwano ikomeye cane iriko irabera mu karere k'igisagara ca Khersonndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho. Abarundi barenga 90 kw’ijana ni bo bakoresha inkwi mu guteka. Bituma ibiti n’amashamba atera ahona mu Burundi.