Uburusiya Bwaciriye igifungo c'imyaka icenda umunyamerika yagirijwe ibiyayuramutwe. Senegal n'intara ya Casamance basinye amasezerano y'amahoro
Impuguke z’Umuryango w’Abibumbye zirashinja u Rwanda gutera inkunga umutwe w’inyeshamba wa M23, mu burasirazuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo. M23 ivuga nta nkunga iterwa n’u Rwanda. U Rwanda ruravuga ko ntacyo rwavuga kuri raporo itarasohoka.
Twatumiye Abarundi babiri bari mu bagize uruhara mu gushinga no gutanguza umurwi w’abavuzi b’ingoma, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika. Bashinze uyo murwi mu ntumbero yo kwigisha urwaruka rw’Abarundi bavukira muri Amerika n'abahimukiye akaranga, imico hamwe n’ururimi rw’Ikirundi.
Abadepite babiri ba Leta zunze ubumwe z'Amerika barasaba minisitiri w'ububanyi n'amahanga wabo, Antony Blinken, gusaba n'imbaraga leta y'u Rwanda kurekura Paul Rusesabagina.
Umuyobozi w’Ishyaka riharanira demokarasi no kurengera ibidukijije Depute Frank Habineza yahaye ikiganiro abanyamakuru, aho yumvikanye asaba Leta y’u Rwanda kugirana ibiganiro n’abatavuga rumwe nayo.