Ubuzima bwa Bernardine, umwe muri ba ‘mucoma’ bake b’Abarundikazi

Insiguro ya video, Burundi: umwe mu bagore, m'umwuga wo kwotsa mu kabare wiharijemwo abagabo.
Ubuzima bwa Bernardine, umwe muri ba ‘mucoma’ bake b’Abarundikazi

Umwuga wa ‘mucoma’ abandi bita ‘veterinere’ wiharijemwo abagabo, warashikanye Ndikumana Bernardine k’urugero rw’ubuzima yishimira.

Uwo murundikazi avuga ko amaze imyaka 17 yotsa inyama mu kabare.

BBC yamusanze aho akorera mu Kamesa, Bujumbura.

Avuga ko waramuye abana biwe, ariyubakira inzu.

Stany we avuga ko Bernardine ashikira abakiliya biwe ku nyota, naho ubuzima bubandanya kuzimba.

Burundi: umwe mu bagore, m'umwuga wo kwotsa mu kabare wiharijemwo abagabo.
Insiguro y'isanamu, Burundi: umwe mu bagore, m'umwuga wo kwotsa mu kabare wiharijemwo abagabo.