Svoboda | Graniru | BBC Russia | Golosameriki | Facebook

Uko wahagera

Mu Burundi, Reta Yahagurukiye Ubucuruzi bwa Magendo Bwambukiranya Imipaka.


Umushikiranganji Martin Niteretse w'intwaro mu gihugu hagati n'abaporisi ku mupaka wa Gatumba
Umushikiranganji Martin Niteretse w'intwaro mu gihugu hagati n'abaporisi ku mupaka wa Gatumba

Mu Burundi, polisi y’igihugu yafashe mu mezi umunani ashize byibura toni 20 z'isukari, amatoni menshi y'isima, urumogi n'ibindi bicuruzwa nk’ibitenge n'ibinyobwa, byari bigiye kugurishwa majyendu mu bihugu by’abaturanyi, cyane cyane Republika ya Demokarasi ya Kongo.

Mu bushikiranganji bw’ikigega ca Reta bavuga ko ibicuruzwa vyafashwe bizoca bigurishwa maze amahera azovamwo ashirwe mu kigega ca Reta. Eloge Willy Kaneza yaduteguriye iyi nkuru.

Ni Bande bakora urudandaza rwa Magendu mu Burundi
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:00 0:00

Forum

XS
SM
MD
LG