Svoboda | Graniru | BBC Russia | Golosameriki | Facebook

Uko wahagera

BAL: Dynamo Wasezeye Ihiganwa muri Afrika y'Epfo


Umugwi wa Dynamo BBC ntukibandanije amahiganwa ya BAL kuko batemerewe kwambara imyambaro yanditseko Visit Rwanda;

Mu butumwa uwurongoye Dynamo yarungikiwe na Jean Paul Manirakiza arongoye ishirahamwe rya basketball mu Burundi yamenyesheje abarongoye Dynamo ko bokoresha imyambaro yabo canke bagakina bapfutse ahanditse "Visit Rwanda" nkuko babikoze mu rukino rwa mbere. Ivyo navyo biciye kubiri n'amategeko agenga BAL arico gituma Dynamo yaciye isezera muri iryo higanwa.

Kuri ubu, abakinyi biteguriye gusubira i Burundi.

Forum

XS
SM
MD
LG