Radio
Iwanyu mu ntara
Prezida wa Kenya William Ruto ari mu ruzinduko muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo. Mu Burundi, umukuru w’inteko nshingamategeko aravuga ko umuhuza w’Abarundi ucyuye igihe, atagejeje ku nteko raporo cy'ibyo yakoze. Mu Rwanda depite Jean Pierre Celestin Habiyaremye yeguye ku mirimo ye.
Murisanga
Ekleziya Katorika ivugwamwo ibibazo birimwo kugabanuka kw'abashasha binjira mu gipatiri mu bihugu vyo mu burengero, n'abagirizwa ugufata abagore n'abana ku nguvu. Iki kibazo coba giterwa n'iki? Padiri Marcel Uwineza, umujezuwiti atwara kaminuza ya Hekima iri i Nairobi muri Kenya ni we mutumire.
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, umumenyeshamakuru Jérémie Misago w'Iwacu yaburiwe irengero. Imirwano yakomeje hagati ya FARDC na M23 n'ubwo hategerejwe ibiganiro ku mpande zombi. Umutingito w’isi muri Indonesiya wahitanye abantu barenga 50. Mu gikombe cy'isi, Ubwongereza bwatsinze Irani ibitego bitandatu kuri bibiri.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, umumenyeshamakuru Jérémie Misago w'Iwacu yaburiwe irengero. Sentare yo muri Afurika y'Epfo yategetse ko Jacob Zuma yahoze are perezida asubira mu munyororo. Mu gikombe cy'isi, Ubuholandi bwatsinze Senegeli ibitego bibiri ku busa. Senegali ntiyari ifite kabuhariwe Sadio Mane.