ONU Irondera amasezerano yo guhagarika intambata muri Ukraine kugira imfashanyo zishikire abazikeneye Sentare ya Honduras yemeje irungikwa ry’uwahoze ari perezida w’ico gihugu Juan Orlando Hernandez Amerika gukurikiranwa ku vyaha vyo gucuruza ibiyovyabwenge.
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Muri Murisanga y'uno munsi, twabatumiriye umuririmvyi Clarisse Karasira, aho agaruka ku giteramo azokorana n'abaririmvyi bagenzi biwe b'Abanyamerika kugira bafashe impunzi zo muri Ukraine zahungiye muri Reta ya Maine. Murisanga y'uno munsi iremeshejwe na Diane Nininahazwe
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba.
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.