Amerika Isaba RDC n'u Rwanda kurondera inyishu iciye mu diporomasiya. Batatu Bishwe barashwe i Tulsa muri Oklahoma. Umusirikare umwe wa ONU muri Mali yishwe mu mutego mw'ibarabara
Iwanyu mu Ntara: Ingwara y'amayobera ku nka zo mu Burundi. Amarushanwa y'umupira w’amaguru ya CECAFA yahariwe abagore yaraye atanguye
Murisanga (1400-1500 UTC): Duherutse kuganira ku bibazo n'uburenganzira by'abakozi bo mu rugo bo mu Rwanda. Muri icyo kiganiro, umwe mu banywanyi b'Ijwi ry'Amerika yadusabye gushakira umwanya n'ibibazo n'uburenganzira by'abakozi bo mu nzu bo mu Burundi. Uyu munsi ni byo twawugeneye.
Ishirahamwe rijejwe amagara y'abantu kw'isi, OMS, ritangaza ko ibitigiri vy'abantu bapfa bahitanywe n'ikiza ca Covid-19 muri Afrika vyagabanutse ku rugero ruri hafi y'ibice 94 kw'ijana. Uganda na Kongo Bongereje Ikiringo co Kurwaniriza Hamwe ADF.
Prezida wa Senegal, Macky Sall, ayoboye umuryango w'ubumwe bwa Afrika ku wa gatanu azogirana ibiganiro na prezida w'Uburusiya, Vladimir Putin. Igisagara ca Kigali catanguye umugambi wo kwigisha abakobwa n'abagore gutwara moto zikoresha umuyagankuba.