Radio
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): U Rwanda rwafashe ingingo yo guhangana n’indwara iterwa na Virusi ya Rift Valley Fever. Sudani yarashishije ibikoho bikomeye mu mishamirano yo kwigarurira intara itumvikanwako ihana imbibe na Etiyopiya. Ibiziga vy’abimukira 20 vyabonetse mu bugararwa bwa Libiya.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Abanyagihugu bo mu gisagara ca Goma bahangayikishijwe n'intambara ya M23 na FRDC. U Rwanda ruvuga ko ibiciro ku masoko bizobandanya kwiyongera uyu mwaka. Ibiziga vy’abimukira 20 vyabonetse mu bugararwa bwa Libiya, inyuma y’indwi zibiri ata makuru y’abo bantu.