Radio
13:00 - 13:30
16:00 - 16:59
Murisanga
Murisanga (1400-1500 UTC): Ingabo za Kongo na M23 bibandanya gutana mu mitwe. Mu ngaruka z'iyo ngwano harimwo abanyagihugu bahungira mu gihugu hagati no mu bihugu bibanyi hamwe n’abakenyezi babandanya guhohoterwa. Mu kiganiro c'uyu musi twatumiye bamwe mu bapfasoni baharanira ineza y’abakenyezi,
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Imyaka ibiri Prezida w'Uburundi amaze ku butegetsi ntivugwako rumwe. Abimukira bagera 50 babonywe mu ikamyo itwara imizigo bapfiriyemwo muri Texas. Igitero Ku murwi w'abantu bariko bakingira abanyagihugu indwara y'ubukangwe muri Pakistani cahitanye abantu 3