Radio
06:00 - 06:29
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Prezida wa Kongo Félix Tshisekedi arabandanya urugendo rwiwe mu Burundi. Mu Rwanda, bamwe mu banyagihugu bivuza bakoresheje mituelle bagiriza amavuriro ya Reta kutabakira neza. Prezida w’Amerika na visi Prezida wiwe ntibemerewe guhonyoza ikirenge mu
Presenter: