Radio
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Amakuru yuzuzunya ahamya ko umutwe wa al-Shabaab yishe abasirikare b'Abarundi 30 bari mu ngabo z'Afurika muri Somaliya. Mu Rwanda, urubyiruko rutuye mu mudugudu w’icyitegererezo wa Karama i Nyarugenge mu mujyi wa Kigali ruvuga ko rubangamiwe no kubona icyo gukora cyarufasha kwiteza imbere.
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi abanyagihugu baridogera inzego zafashe ingingo yo kuduza ibiciro kuri risansi mu gisagara ca Bujumbura no hagati mu gihugu. Mu gihugu ca Tanzaniya impunzi z’Abarundi hafi nka zose ziri mu nkambi za Nduta na Nyarugusu ntibaricandagisha urucanco rw’umugera Covid-19 bivanye n’ibihuha.