Radio
Amakuru mu Gitondo
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): AU Iriyamiriza Igitero ca Al-Shaab ku Ngabo Zirimwo iz'Uburundi. Umwungere wa Ekleziya katorika Papa Fransisiko avuga ko yasavye Prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, ko bohura kugira amusabe guhagarika intambara yo muri Ukraine, ariko ataramwishura
Iwanyu mu ntara
Umutwe w’abarwanyi ba Al Shabab watangaje wagabye igitero ku nkambi ya gisirikare y’ingabo z’Ubumwe bw’Afurika mu ntara ya Shabelle yo hagati. Al Shabaab ivuga ko yishe abasirikare bagera ku 172, barimo Abarundi. Leta y’Uburundi yo yemeje ko abasirikare bayo 10 baguye muri icyo gitero
Amakuru y'Akarere
Leta y'Uburundi iratangaza ko abasirikare bayo 10 bari mu butumwa bw'amahoro muri Somaliya baguye mu gitero cyagabwe n'abarwanyi ba al Shabab. Batanu baburiwe irengero abandi 25 barakomereka mu gihe abarwanyi 20 ba al Shabab baguye muri icyo gitero nkuko byemezwa n'itangazo rya leta
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru yuzuzunya ahamya ko umutwe wa al-Shabaab yishe abasirikare b'Abarundi 30 bari mu ngabo z'Afurika muri Somaliya. Mu Rwanda, urubyiruko rutuye mu mudugudu w’icyitegererezo wa Karama i Nyarugenge mu mujyi wa Kigali ruvuga ko rubangamiwe no kubona icyo gukora cyarufasha kwiteza imbere.