Amerika Ihanura Abanyakenya kuguma Batekanye muri ibi bihe Raila Odinga atemera ivyavuye mu matora. Abana Barenga 150 Barishwe n'agasama muri Zimbabwe
Umuririmvyi wo mu Rwanda Yvan Buravan yitavye Imana. Raila Odinga agiye kwitura ubutungane ku matora ya Kenya.
Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turagaruka ku kibazo co kwibagisha mu ntumbero yo gukosora ubumuga, kuvura ingwara canke gukosora ingorane umuntu aba yaravukanye canke aronka amaze kuvuka. Turavuga no ku kibazo co kwibagisha kugira umuntu agwanye ubusaza canke kugira ase ukuntu yipfuza.
Abatandukanye bababajwe n'urupfu rw'umuririmvyi w'Umunyarwanda Yvan Buravan. Mu Burundi, abateshejwe izabo mu 1993 baba muri site ya Buraza iri mu ntara ya Gitega biyamiriza agatotezo bakorerwa na Reta y’Uburundi iriko ibabomorera amazu.
Prezida yatowe mu gihugu ca Kenya, William Ruto yatangaje ko ata mwanya uhari w'uguta ku bijanye n'ugutorera inyishu ibibazo biri mu gihugu. Ibitero vy'abikekwa ko barwanya ubutegetsi bwa Republika ya demokrasi ya Congo vyahitanye abasivile vyongera vyonona urugomero rw'amazi.