Radio
16:00 - 16:59
Murisanga
Muri Murisanga uyu musi, twatumiye Abarundi babiri bari mu bagize uruhara mu gushinga no gutanguza umurwi w’abavuzi b’ingoma, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika. Ni umurwi wahawe n’akaryo ko kuvuza ingoma mw’isinema yabaye kirangirwana muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitwa “BLACK PANTHER”.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Abaturage ba Kenya barenga gato miliyoni 22, kuri uyu wa Kabili barazindukira mu matora y'umukuru w'igihugu. Umuryango w’Abibumbye wiyemeje gutera inkunga umugambi w’iterambere rirambye mu Burundi. Minisitiri w’ububanyi n’amahanga wa Leta zunze ubumwe z’Amerika ari mu ruzinduko muri Afrika y’Epfo.