Radio
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Amerika yemereye Ukraine izindi miriyaridi zitatu z'amadolari yo kugura ibirwanisho. Angola iratunganya amatora y'umukuru w'igihugu n'ay'abashingamateka kuri uyu wa gatatu. Abanyakenya bitwariye banyazwe amatongo n'abakoloni bitwariye Ubwongereza muri sentare ya Buraya y'agateka ka zina muntu
16:00 - 16:59
Murisanga
Mu kiganiro Murisanga c'uyu musi turabira hamwe intererano y'Urwaruka mu guharanira agateka kabo canke agateka k'abakiri bato muri rusange. Ni mugihe mu misi ya vuba abatari bake bijukiye ibikorwa bijanye n’ugufasha urwaruka/abana mu ntumbero yo guteza imbere ikibano n’igihugu c’abibarutse.