Radio
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Mu Rwanda hose kuri uyu wa mbere abanyeshuri batangiye igihembwe cya kabiri cy’amashuli. Kuri iyi nshuro, iri tangira ryaherekejwe n’amabwiriza atari asanzwe, yo kwirinda Covid-19. Muri Afurika y’epfo, imyuzure yishe abantu icumi isiga abandi amagana batagira aho begeka umusaya mu mujyi wo ku cyambu wa East London.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Inkino z’igikombe c’ibihugu vyo muri Afrika ziri ku musi wazo wa kabiri mu gihugu ca Kameruni. Ni imikino ikurikirwa n’abantu benshi. Mu Rwanda hose kuri uyu wa mbere abanyeshuri batanguye ikiringo c’amezi 3 ya kabiri c’amashule. Kuri iyi ncuro, iryo tangura ryaherekejwe n’amabwiriza atari asanzwe, yo kwirinda Covid-19.