Radio
Amakuru y'Akarere
Ingabo z’Uburundi zakoze igitero ku barwanya ubutegetsi ba Red Tabara bari mu bice bitandukanye vy’imisozi miremire ya groupement ya Kigoma iri muri terirware ya Uvira intara ya Kivu yo mu bumanuko muri repubulika ya Demokarasi ya Kongo Mu Burundi, ibanki y'ubudandaji BANCOBU mu mpera z'umwaka yaribwe amafaranga angana n'imiriyoni 150 z'amafaranga y'amarundi. Igiporisi cataye mu mvuto abantu bane harimwo abakozi babiri b'iyo banki bikekwako ubwo busuma.
Amakuru ku Mugoroba
General Augustin Ndindiliyimana wabaye umwere ku byaha bya jenoside aragira icyo avuga ku cyemezo cy'Urukiko Mpuzamahanga Mpanabyaha rwashyiriweho u Rwanda cyo gusaba Nijeri kutirukana Abanyarwanda babaye Abere n'abarangije ibihano bari muri icyo gihugu. Ingabo z’Uburundi zakoze igitero ku barwanya ubutegetsi ba Red Tabara bari mu bice bitandukanye vy’imisozi miremire ya groupement ya Kigoma iri muri terirware ya Uvira intara ya Kivu yo mu bumanuko muri repubulika ya Demokarasi ya Kongo Mu Burundi, ibanki y'ubudandaji BANCOBU mu mpera z'umwaka yaribwe amafaranga angana n'imiriyoni 150 z'amafaranga y'amarundi. Igiporisi cataye mu mvuto abantu bane harimwo abakozi babiri b'iyo banki bikekwako ubwo busuma.