Radio
06:00 - 06:30
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Prezida Paul Kagame amenyesha ko ashobora kwitoreza manda ya kane yo kuyobora u Rwanda. Uburundi buri mu masekeza yo kuvana abasega mu mabarabara. Ababa 20 muri Afurika y'Epfo bahitanywe n'ibitero ku nzu z'ubunwero. Prezida wa Sri Lanka n'umushikiranganji wiwe wa mbere bemeye gutanga imihoho.