RDC: Umuhari w'iterabwoba ADF wagirizwa kwica abanyagihugu batanu mu buseruko bw'igihugu. Ibitero vy'Uburusiya Vyahitanye abashika 15 muri Ukraine
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Muri Tanzaniya mu nkambi ya Nyarugusu hafi buri kwezi ababyeyi batwite barenga gato 80 ku ijana babyara abana bataragera igihe cyo kuvuka bitewe n’ibibazo bitandukanye
Bamwe mu banyapolitike batavuga rumwe n’ubutegetsi bw’u Rwanda ntibashyigikiye ibyatangajwe na perezida Paul Kagame ko ashobora kwiyamamariza manda ya kane