Radio
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Perezida w’u Rwanda Paul Kagame ari i Luanda muri Angola aho aganira na Perezida wa Kongo Felix Tshisekedi ku byo batemeranyaho ku mutwe wa M23. Barahuzwa na Perezida wa Angola Joao Lorenco. Urukiko rukuru mu Rwanda rwatangiye kuburanisha urubanza rwa Venant Rutunga uregwa ibyaha bya Jenoside.
16:00 - 16:59
Murisanga
Muri Murisanga, uyu musi, turi kumwe n’Umurundi akiri muto, aba muri Australia no mu Burundi, yafashe ingingo yo gutangura gukorera ibikorwa vy’umugwizatunga mu gihugu camwibarutse. Fablice Manirakiza yafashe iyo ngingo inyuma y’aho arangirije amashule muri Australia, mu bijanye no kugwiza itunga.
18:00 - 18:29
19:30 - 20:00