Radio
Iwanyu mu ntara
Mu mujyi wa Goma, mu Burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo hakomeje kuvugwa ibikorwa byo gusahura amazu akorerwamo n’ingabo z’umuryango w’Abibumbye, MONUSCO. Insoresore zigaragambyaga zigabije inzu y’ububiko bwa MONUSCO zirayisahura. Bamwe muri izo ngabo bahungiye ku Gisenyi mu Rwanda
Amakuru y'Akarere
Uburundi burahakana amakuru avuga ko abasirikare bayo bari ku butaka bwa Kongo kurwanya imirwi irwanya Reta yabwo. Abantu batanu ni bo bamaze kumenyekana ko baguye mu myiyerekano yiyamiriza MONUSCO. Umushikiranganji ajejwe imigenderanitre y'Uburusiya n'amakungu ari mu rugendo muri Uganda.
Amakuru ku Mugoroba
Blaise Compaore yahoze ari prezida wa Burkina Faso, yasavye imbabazi umuryango wa Thomas Sankara yagandaguwe mu 1987. Ukraine yemeza ko Uburusiya bwarashe Misile mu bibanza bitandukanye z'ibihari yirabura. Trump yakoze urugendo rwiwe rwa mbere i Washington DC kuva ava ku butegetsi.