Radio
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Perezida wa Ukraine, Volodymyr Zelensky, yagendeye ikivuko kiri kw'ibahari yirabura, Mer Noire, mu rurimi rw'igifransa kiri mu karere ka Odesa. Ni mu gihe abakora kuri ico kivuko bariko bitegurira ivyerekeye gushorera hanze y'igihugu intete zafatiwe n'ingwano imaze amezi atanu muri Ukraine.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umuntu umwe yarishwe, abandi batari bake barakomereka, mu gihe abandi barenga 100 bahagaritswe mu myiyerekano y'ukwiyamiriza Reta y'igihugu ca Guineya yabareye ku murwa mukuru, Conakry. Iyo myiyerekano yatewe n’impungenge z’abanyagihugu ko abasirikare bayoboye igihugu bagize kudeta mu kwezi