Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.
Bamwe mu banyapolitike batavuga rumwe n’ubutegetsi bw’u Rwanda ntibashyigikiye ibyatangajwe na perezida Paul Kagame ko ashobora kwiyamamariza manda ya kane
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Polisi y’Uburundi iramaze guta muri yombi Abanyarwanda babiri ku kibuga c'indege ca Bujumbura bafise impapuro z'inzira atari rwabo
Urukiko rw'i Paris mu Bufaransa rwakatiye Bucyibaruta Laurent gufungwa imyaka 20 kubera ubufatanyacyaha muri jenoside yo mu Rwanda mu 1994. Mu Burundi, intara ya Ngozi, imwe mu zifise abantu benshi bituma havuka amatati menshi y’amatongo. Uburundi butuwe na miliyoni hafi 12.