Radio
Iwanyu mu ntara
Inama mpuzamahanga Nyafurika yo gukingira no kwagura amashyamba arimo ibiti n'ibikoko bikingiwe iteraniye i Kigali mu Rwanda. Intumwa zigera ku 2000 ziyihuriyemo zemeza ko akarere ka Afrika yo hagati ari ko karimo ubukungu bwinshi bw'ibinyabuzima n'amashyamba bitaboneka henshi ku isi.
Murisanga
Mu Burundi, Reta yemeza ko igiye guheza burundu ikibazo c'abana baba mu mabarabara n'abakuze basegerereza. Mw'isekeza riheruka gutangura, abana bafatwa bajanwa mu bibanza begeranirizwamwo bagasubizwa mu miryango, impfuvyi zigashirwa mu bigo vy'irerero, abakuze bagashengezwa muri za sentare
Amakuru y'Akarere
Urukiko rwisumbuye rwa Huye rwatangiye kuburanisha mu mizi urubanza Madamu Beatrice Munyenyezi aburanamo n’ubushinjacyaha. Buramurega ibyaha bitanu bya jenoside no gufata abagore ku gahato. Uregwa arabihakana. Mu Umwaka ushize, Leta Zunze Ubumwe za Amerika zirukanye uyu Munyenyezi ku butaka bwazo.
Amakuru ku Mugoroba
Abategetsi b'Ubwongereza baragabishije reta akatari gake ngo ntihirahire kubandanya umugambi wo kurungika mu Rwanda, abimukira baje kuyisaba ubuhungiro. I Kigali mu Rwanda harakoraniye inama mpuzamakungu Nyafurika yo gukingira no kwagura amashamba arimwo ibiti n'ibikoko bikingiwe.