Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, twatumiye bamwe mu baririmvyi kirangiranwa batunganije ibiteramo vyo guhuza Abarundi baba mu bihugu vyo hanze
Ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, ryateye indi ntambwe yo gutangiza urucanco rw’indwara ya malariya mu bihugu bitatu vy’Afrika.
Mu Rwanda, ikigo cy’igihugu gishinzwe ubuzima, gisaba abaturage barengeje imyaka 35 kujya kwisuzumisha indwara y’umuvuduko w’amaraso kugirango uyisanganwe, ayivurwe hakiri kare.